আল-কোৰআনুল কাৰীমৰ অৰ্থানুবাদ - الترجمة الكيروندية * - অনুবাদসমূহৰ সূচীপত্ৰ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

অৰ্থানুবাদ আয়াত: (114) ছুৰা: ছুৰা আল-মায়িদাহ
قَالَ عِيسَى ٱبۡنُ مَرۡيَمَ ٱللَّهُمَّ رَبَّنَآ أَنزِلۡ عَلَيۡنَا مَآئِدَةٗ مِّنَ ٱلسَّمَآءِ تَكُونُ لَنَا عِيدٗا لِّأَوَّلِنَا وَءَاخِرِنَا وَءَايَةٗ مِّنكَۖ وَٱرۡزُقۡنَا وَأَنتَ خَيۡرُ ٱلرَّٰزِقِينَ
Isa mwene Mariyamu yaciye abasabira avuga ati: “Mana yanje Nzima! Mana yacu Rurema Allah! Ndagusavye Utumanurire imeza y’imfungurwa ivuye mw’ijuru, maze umusi w’imanurwa ryayo, tuzowugira umusi mukuru tuzokwama twibuka twebwe n’abazokurikira, gutyo nya meza itubere igitangaro kivuye iwawe cerekana ko uri Imana Imwe Rudende n’uko ubutumwa bwanje ari ubw’ukuri, Wongere Uturonse kandi n’ibitubeshaho, burya Wewe uri Umwiza w’abaronsa ibibeshaho ibiremwa”.
আৰবী তাফছীৰসমূহ:
 
অৰ্থানুবাদ আয়াত: (114) ছুৰা: ছুৰা আল-মায়িদাহ
ছুৰাৰ তালিকা পৃষ্ঠা নং
 
আল-কোৰআনুল কাৰীমৰ অৰ্থানুবাদ - الترجمة الكيروندية - অনুবাদসমূহৰ সূচীপত্ৰ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

বন্ধ