আল-কোৰআনুল কাৰীমৰ অৰ্থানুবাদ - الترجمة الكيروندية * - অনুবাদসমূহৰ সূচীপত্ৰ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

অৰ্থানুবাদ আয়াত: (96) ছুৰা: ছুৰা আল-মায়িদাহ
أُحِلَّ لَكُمۡ صَيۡدُ ٱلۡبَحۡرِ وَطَعَامُهُۥ مَتَٰعٗا لَّكُمۡ وَلِلسَّيَّارَةِۖ وَحُرِّمَ عَلَيۡكُمۡ صَيۡدُ ٱلۡبَرِّ مَا دُمۡتُمۡ حُرُمٗاۗ وَٱتَّقُواْ ٱللَّهَ ٱلَّذِيٓ إِلَيۡهِ تُحۡشَرُونَ
Bislamu! Mu gihe mumaze kuzirikana ishengerera canke igendera ry’ingoro ntagatifu mukambara urubega, murarekuriwe kuroba mw’ibahari no gufungura ivyo mwarovye bikiri bizima. Muranarekuriwe gufungura n’ivyapfiriye mw’ibahari, kugira muvyikoreko mu gihe muri mu mihana yanyu no mu gihe muri ku rugendo. Kizire kiziririzwe rero kuri mwebwe kugira uruhigi rw’imusozi mu gihe cose muzoba mwamaze kuzirikana ishengerera canke igendera ry’ingoro ntagatifu mukambara urubega. Muraheza rero mutinye Imana Allah mu kuyigamburukira mu vyo mukora, iwayo ni ho muzokwegeranirizwa kugira Ibahembere ivyo mwakoze.
আৰবী তাফছীৰসমূহ:
 
অৰ্থানুবাদ আয়াত: (96) ছুৰা: ছুৰা আল-মায়িদাহ
ছুৰাৰ তালিকা পৃষ্ঠা নং
 
আল-কোৰআনুল কাৰীমৰ অৰ্থানুবাদ - الترجمة الكيروندية - অনুবাদসমূহৰ সূচীপত্ৰ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

বন্ধ