আল-কোৰআনুল কাৰীমৰ অৰ্থানুবাদ - الترجمة الكيروندية * - অনুবাদসমূহৰ সূচীপত্ৰ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

অৰ্থানুবাদ আয়াত: (11) ছুৰা: ছুৰা আত-তালাক্ব
رَّسُولٗا يَتۡلُواْ عَلَيۡكُمۡ ءَايَٰتِ ٱللَّهِ مُبَيِّنَٰتٖ لِّيُخۡرِجَ ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ وَعَمِلُواْ ٱلصَّٰلِحَٰتِ مِنَ ٱلظُّلُمَٰتِ إِلَى ٱلنُّورِۚ وَمَن يُؤۡمِنۢ بِٱللَّهِ وَيَعۡمَلۡ صَٰلِحٗا يُدۡخِلۡهُ جَنَّٰتٖ تَجۡرِي مِن تَحۡتِهَا ٱلۡأَنۡهَٰرُ خَٰلِدِينَ فِيهَآ أَبَدٗاۖ قَدۡ أَحۡسَنَ ٱللَّهُ لَهُۥ رِزۡقًا
Urwo rwibutso Yabamanuriye rero si urundi, ni Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) ibasomera Aayah zayo zitomora ukuri n’ikinyoma, kugira Imana Allah Ikure mu muzimagiza w’ubugarariji, abemera Imana Allah n’Intumwa yayo bakanakora n'ivyiza bitegetswe, Iheze Ibashire mu muco w’ukwemera. Uwo wese yemera Imana Allah agakora n’ivyiza bitegetswe rero, Imana Allah Izomwinjiza mu mirima itotahaye yo mu Bwami bw’ijuru, musi y’ibiti n’inyubakwa vyabwo hatemba inzuzi, bazoyibamwo ibihe bidahera, mu nema zamaho. Ni ukuri Imana Allah, Yarateguriye umwemeramana imfugurwa z’akaroruhore mu Bwami bw’ijuru.
আৰবী তাফছীৰসমূহ:
 
অৰ্থানুবাদ আয়াত: (11) ছুৰা: ছুৰা আত-তালাক্ব
ছুৰাৰ তালিকা পৃষ্ঠা নং
 
আল-কোৰআনুল কাৰীমৰ অৰ্থানুবাদ - الترجمة الكيروندية - অনুবাদসমূহৰ সূচীপত্ৰ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

বন্ধ