আল-কোৰআনুল কাৰীমৰ অৰ্থানুবাদ - الترجمة الكيروندية * - অনুবাদসমূহৰ সূচীপত্ৰ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

অৰ্থানুবাদ আয়াত: (172) ছুৰা: ছুৰা আল-আ'ৰাফ
وَإِذۡ أَخَذَ رَبُّكَ مِنۢ بَنِيٓ ءَادَمَ مِن ظُهُورِهِمۡ ذُرِّيَّتَهُمۡ وَأَشۡهَدَهُمۡ عَلَىٰٓ أَنفُسِهِمۡ أَلَسۡتُ بِرَبِّكُمۡۖ قَالُواْ بَلَىٰ شَهِدۡنَآۚ أَن تَقُولُواْ يَوۡمَ ٱلۡقِيَٰمَةِ إِنَّا كُنَّا عَنۡ هَٰذَا غَٰفِلِينَ
Ntumwa y’Imana! Ibuka n’igihe Imana yawe Rurema Allah Yaha isezerano Bene Adamu bakiri intanga mu migongo ya ba se, ko boyisenga ari Imwe Rudende, Iraheza Ibagira ivyabona kuri nya sezerano, Iti: “Si Jewe Mana yanyu Rurema Allah, mukwiye gusenga mutambangikanije!”. Baraheza bishura bemanga bati: “Wobuzwa n’iki kuba Imana yacu Allah dusenga ari Imwe Rudende! Ego cane turavyemanze”. Twabagize ivyabona kuri iryo sezerano rero, kugira ntimuzohave muvuga mwiregura ku musi w’izuka muti: “Mu vy’ukuri, ntitwigeze tumenya ko hakwiye gusengwa Imana Imwe Rudende Allah! Twari twaragoswe n’ubujuju bwo kutamenya, tuba ba sindabibazwa”;
আৰবী তাফছীৰসমূহ:
 
অৰ্থানুবাদ আয়াত: (172) ছুৰা: ছুৰা আল-আ'ৰাফ
ছুৰাৰ তালিকা পৃষ্ঠা নং
 
আল-কোৰআনুল কাৰীমৰ অৰ্থানুবাদ - الترجمة الكيروندية - অনুবাদসমূহৰ সূচীপত্ৰ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

বন্ধ