আল-কোৰআনুল কাৰীমৰ অৰ্থানুবাদ - الترجمة الكيروندية * - অনুবাদসমূহৰ সূচীপত্ৰ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

অৰ্থানুবাদ আয়াত: (69) ছুৰা: ছুৰা আত-তাওবাহ
كَٱلَّذِينَ مِن قَبۡلِكُمۡ كَانُوٓاْ أَشَدَّ مِنكُمۡ قُوَّةٗ وَأَكۡثَرَ أَمۡوَٰلٗا وَأَوۡلَٰدٗا فَٱسۡتَمۡتَعُواْ بِخَلَٰقِهِمۡ فَٱسۡتَمۡتَعۡتُم بِخَلَٰقِكُمۡ كَمَا ٱسۡتَمۡتَعَ ٱلَّذِينَ مِن قَبۡلِكُم بِخَلَٰقِهِمۡ وَخُضۡتُمۡ كَٱلَّذِي خَاضُوٓاْۚ أُوْلَٰٓئِكَ حَبِطَتۡ أَعۡمَٰلُهُمۡ فِي ٱلدُّنۡيَا وَٱلۡأٓخِرَةِۖ وَأُوْلَٰٓئِكَ هُمُ ٱلۡخَٰسِرُونَ
Mwa ndyarya mwe! Inyifato zanyu, ni nk’iz’abantu b’aho hambere yanyu, bari bafise inguvu nyinshi kubasumba, bari banafise amatungo n’uruvyaro kubarusha, baraheza bahurumbira ivy’isi, bararyoherwa bararengwa n’ibihendamaso vyayo. Na mwe nyene rero mwarahurumbiye ivy’isi, muraheza muraryoherwa murarengwa n’ibihendamaso vyayo, nk’uko ab’aho hambere yanyu baryohewe bakarengwa n’ibihendamaso vy’isi, mutako mubeshera Imana Allah nk’uko bayibesheye. Abo barangwa n’izo nyifato, ni bo rero ibikorwa vyabo vyabaye impfagusa kw’isi no mu buzima bw’inyuma yo gupfa, ni na bo rero bazoba mu bahomvye ubuzima bwabo.
আৰবী তাফছীৰসমূহ:
 
অৰ্থানুবাদ আয়াত: (69) ছুৰা: ছুৰা আত-তাওবাহ
ছুৰাৰ তালিকা পৃষ্ঠা নং
 
আল-কোৰআনুল কাৰীমৰ অৰ্থানুবাদ - الترجمة الكيروندية - অনুবাদসমূহৰ সূচীপত্ৰ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

বন্ধ