Terjemahan makna Alquran Alkarim - الترجمة الكيروندية * - Daftar isi terjemahan

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

Terjemahan makna Ayah: (14) Surah: Surah Al-Kahf
وَرَبَطۡنَا عَلَىٰ قُلُوبِهِمۡ إِذۡ قَامُواْ فَقَالُواْ رَبُّنَا رَبُّ ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَٱلۡأَرۡضِ لَن نَّدۡعُوَاْ مِن دُونِهِۦٓ إِلَٰهٗاۖ لَّقَدۡ قُلۡنَآ إِذٗا شَطَطًا
Twaranatimbishije n’imitima yabo igihe bahagarara imbere y’umwami yagarariza, akabanebagura ko batagisenga ibigirwamana, bakavuga bati: “Imana yacu Rurema Allah dusenga, ni Imana Rurema Yaremye amajuru n’isi, ntituzokwigera dusenga mu gishingo cayo iyindi mana. Ni ukuri, mu gihe twovuga ibihushanye n’ivyo, twoba tuvuze ikinyoma ceruye”.
Tafsir berbahasa Arab:
 
Terjemahan makna Ayah: (14) Surah: Surah Al-Kahf
Daftar surah Nomor Halaman
 
Terjemahan makna Alquran Alkarim - الترجمة الكيروندية - Daftar isi terjemahan

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

Tutup