Terjemahan makna Alquran Alkarim - الترجمة الكيروندية * - Daftar isi terjemahan

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

Terjemahan makna Ayah: (83) Surah: Surah Al-Kahf
وَيَسۡـَٔلُونَكَ عَن ذِي ٱلۡقَرۡنَيۡنِۖ قُلۡ سَأَتۡلُواْ عَلَيۡكُم مِّنۡهُ ذِكۡرًا
Ntumwa y’Imana! Ababangikanyamana barakubaza ku nkuru y’umwami mweranda Dhu l-Qarnayini[10]! Bishure uti: “Mpava ndabacira ku mayange inkuru yiwe, iheze ibabere inkebuzo”.
[10] Dhu l-Qarnayini avugwa ng’aha, ni umwami w’umweranda, akaba yari n’umwislamu w’intungane yahawe ububasha n’Imana Allah bwo gutwara isi guhera mu buseruko gushika mu burengero bwayo, akaba yaranaharaniye gukwiragiza ubwislamu n’ubutungane aho hose yashika kw’isi, akanarwanya n’akarenganyo.
Tafsir berbahasa Arab:
 
Terjemahan makna Ayah: (83) Surah: Surah Al-Kahf
Daftar surah Nomor Halaman
 
Terjemahan makna Alquran Alkarim - الترجمة الكيروندية - Daftar isi terjemahan

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

Tutup