Terjemahan makna Alquran Alkarim - الترجمة الكيروندية * - Daftar isi terjemahan

PDF XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

Terjemahan makna Ayah: (70) Surah: Surah Al-Māidah
لَقَدۡ أَخَذۡنَا مِيثَٰقَ بَنِيٓ إِسۡرَٰٓءِيلَ وَأَرۡسَلۡنَآ إِلَيۡهِمۡ رُسُلٗاۖ كُلَّمَا جَآءَهُمۡ رَسُولُۢ بِمَا لَا تَهۡوَىٰٓ أَنفُسُهُمۡ فَرِيقٗا كَذَّبُواْ وَفَرِيقٗا يَقۡتُلُونَ
Ni ukuri Twebwe Allah Twarahaye Bene Israyeli isezerano rihambaye ryo kwubahiriza ibiri muri Tawurati, Tunabarungikira Intumwa nyinshi, baraheza barenga kw’isezerano Twabahaye. Igihe cose rero bashikirwa n’Intumwa ibazaniye ibidahuye n’ivyipfuzo vyabo, barahakana bakagarariza bivuye inyuma zimwe muri zo, izindi na zo bakazica.
Tafsir berbahasa Arab:
 
Terjemahan makna Ayah: (70) Surah: Surah Al-Māidah
Daftar surah Nomor Halaman
 
Terjemahan makna Alquran Alkarim - الترجمة الكيروندية - Daftar isi terjemahan

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

Tutup