وه‌رگێڕانی ماناكانی قورئانی پیرۆز - الترجمة الكيروندية * - پێڕستی وه‌رگێڕاوه‌كان

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

وه‌رگێڕانی ماناكان ئایه‌تی: (40) سوره‌تی: سورەتی النور
أَوۡ كَظُلُمَٰتٖ فِي بَحۡرٖ لُّجِّيّٖ يَغۡشَىٰهُ مَوۡجٞ مِّن فَوۡقِهِۦ مَوۡجٞ مِّن فَوۡقِهِۦ سَحَابٞۚ ظُلُمَٰتُۢ بَعۡضُهَا فَوۡقَ بَعۡضٍ إِذَآ أَخۡرَجَ يَدَهُۥ لَمۡ يَكَدۡ يَرَىٰهَاۗ وَمَن لَّمۡ يَجۡعَلِ ٱللَّهُ لَهُۥ نُورٗا فَمَا لَهُۥ مِن نُّورٍ
Canke nya bikorwa bibabere nka kurya kw’umuzimagiza mw’ibahari rirerire ririmwo imikuba y’urutavanako; hejuru ya nya mikuba hari n’iyindi mikuba; hejuru yayo hari igipfungu c’ibicu vyinshi, gutyo habe umuzimagiza hejuru y’uwundi. Uwugize ngo arasohoye ukuboko muri nya muzimagiza agahakwa kutakubona. Ni nk’ukwo nyene rero abagarariji bari mu muzimagiza w’ubugarariji, hiyongeyeko umuzimagiza w’ubuhuvyi n’uw’ubwononyi. Uwo wese rero adahawe n’Imana Allah umuco w’uburongozi vyayo, ntazogenda aronse umuco umurongora.
تەفسیرە عەرەبیەکان:
 
وه‌رگێڕانی ماناكان ئایه‌تی: (40) سوره‌تی: سورەتی النور
پێڕستی سوره‌ته‌كان ژمارەی پەڕە
 
وه‌رگێڕانی ماناكانی قورئانی پیرۆز - الترجمة الكيروندية - پێڕستی وه‌رگێڕاوه‌كان

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

داخستن