Vertaling van de betekenissen Edele Qur'an - الترجمة الكيروندية * - Index van vertaling

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

Vertaling van de betekenissen Vers: (59) Surah: Soerat Al-Hadj (De Pelgrimstocht)
لَيُدۡخِلَنَّهُم مُّدۡخَلٗا يَرۡضَوۡنَهُۥۚ وَإِنَّ ٱللَّهَ لَعَلِيمٌ حَلِيمٞ
Mu vy’ukuri, nta nkeka ko Imana Allah Izobinjiza mu bwinjiriro bashima bubashikana mu Bwami bw’ijuru. Mu vy’ukuri, nta n’inkeka ko Imana Allah ari Yo Nyenubumenyikurivyose, Irazi neza ico umwumwe wese azirikana mu kuyiharanira; Nyenubwitonzi-ntangere, ntiyihutira guhana ibigaba;
Arabische uitleg van de Qur'an:
 
Vertaling van de betekenissen Vers: (59) Surah: Soerat Al-Hadj (De Pelgrimstocht)
Surah's Index Pagina nummer
 
Vertaling van de betekenissen Edele Qur'an - الترجمة الكيروندية - Index van vertaling

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

Sluit