د قرآن کریم د معناګانو ژباړه - الترجمة الكيروندية * - د ژباړو فهرست (لړلیک)

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

د معناګانو ژباړه آیت: (67) سورت: غافر
هُوَ ٱلَّذِي خَلَقَكُم مِّن تُرَابٖ ثُمَّ مِن نُّطۡفَةٖ ثُمَّ مِنۡ عَلَقَةٖ ثُمَّ يُخۡرِجُكُمۡ طِفۡلٗا ثُمَّ لِتَبۡلُغُوٓاْ أَشُدَّكُمۡ ثُمَّ لِتَكُونُواْ شُيُوخٗاۚ وَمِنكُم مَّن يُتَوَفَّىٰ مِن قَبۡلُۖ وَلِتَبۡلُغُوٓاْ أَجَلٗا مُّسَمّٗى وَلَعَلَّكُمۡ تَعۡقِلُونَ
Ni Yo Yaremye so Adamu mw’ivu; hanyuma abamwamutseko, Ibarema mw’ima ry’intanga umugabo asunikira mu gitereko c’umugore, maze nya ma rikibumba rikaba amaraso avuze; mu nyuma mugaheza mukagenda murakura bukebuke, gushika n’aho muvuka muri abana; hanyuma mukagenda murakura bukebuke gushika mugere mu bigero; hanyuma mukagera mu busaza. Muri mwebwe rero, hari n’abapfa imbere y’aho. Izo ntambwe zose z’ubuzima rero, Twazibagereye kugira mushike kw’isango nyezina rizwi ryo kuba kw’isi hanyuma muhwere, no kugira mutahure ivyemezo na Aayah vy’Imana Allah, muheze mumenye ko ata yindi mana ibwirijwe gusengwa itabangikanywa atari Yo;
عربي تفسیرونه:
 
د معناګانو ژباړه آیت: (67) سورت: غافر
د سورتونو فهرست (لړلیک) د مخ نمبر
 
د قرآن کریم د معناګانو ژباړه - الترجمة الكيروندية - د ژباړو فهرست (لړلیک)

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

بندول