د قرآن کریم د معناګانو ژباړه - الترجمة الكيروندية * - د ژباړو فهرست (لړلیک)

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

د معناګانو ژباړه آیت: (49) سورت: الزخرف
وَقَالُواْ يَٰٓأَيُّهَ ٱلسَّاحِرُ ٱدۡعُ لَنَا رَبَّكَ بِمَا عَهِدَ عِندَكَ إِنَّنَا لَمُهۡتَدُونَ
Ni ho Firawuni n’abunganizi biwe, baja ng’aho babwira Musa bati: “Wa murozi we[7]! Enda rero nyabuna dusabire Imana yawe Rurema Allah, Iduhe ivyo Yagusezeraniye, maze Idukureko ibihano, mu vy’ukuri niyadukurako ivyo bihano, ni ukuri duca tukwemera, tube abagororotsi”.
[7] Umurozi canke umukonikoni igihe c’umwami Firawuni, yafatwa nk’umuntu w’umumenyi yubashwe, uburozi canke ubukonikoni, ico gihe nticari ikintu kibi kinebagurwa.
عربي تفسیرونه:
 
د معناګانو ژباړه آیت: (49) سورت: الزخرف
د سورتونو فهرست (لړلیک) د مخ نمبر
 
د قرآن کریم د معناګانو ژباړه - الترجمة الكيروندية - د ژباړو فهرست (لړلیک)

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

بندول