د قرآن کریم د معناګانو ژباړه - الترجمة الكيروندية * - د ژباړو فهرست (لړلیک)

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

د معناګانو ژباړه آیت: (2) سورت: الحجرات
يَٰٓأَيُّهَا ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ لَا تَرۡفَعُوٓاْ أَصۡوَٰتَكُمۡ فَوۡقَ صَوۡتِ ٱلنَّبِيِّ وَلَا تَجۡهَرُواْ لَهُۥ بِٱلۡقَوۡلِ كَجَهۡرِ بَعۡضِكُمۡ لِبَعۡضٍ أَن تَحۡبَطَ أَعۡمَٰلُكُمۡ وَأَنتُمۡ لَا تَشۡعُرُونَ
Emwe bemeye Imana Allah n’Intumwa yayo bakubahiriza n’amabwirizwa yayo! Ntimukarenze urwamo Umuvugishwamana mu gihe muriko muraganira na we; kandi ntimugasemerere mu kumuhamagara nka kurya mubigenza hagati yanyu[2], kuko vyotuma ibikorwa vyanyu bicika impfagusa ata vyo muzi.
[2] Kutarenza urwamo Intumwa y’Imana (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) no guca bugufi mw’ijwi mu gihe co kuganira na yo, hamwe rero no kudasemerera mu kuyihamagara, ni bimwe mu rupfasoni rutegerezwa kwubahirizwa kuri yo, kuko yatewe iteka ryo kurungikwa n’Imana Allah kugira yemerwe, ikundwe, yongere ikurikirwe muri vyose.
عربي تفسیرونه:
 
د معناګانو ژباړه آیت: (2) سورت: الحجرات
د سورتونو فهرست (لړلیک) د مخ نمبر
 
د قرآن کریم د معناګانو ژباړه - الترجمة الكيروندية - د ژباړو فهرست (لړلیک)

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

بندول