Tradução dos significados do Nobre Qur’an. - الترجمة الكيروندية * - Índice de tradução

PDF XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

Tradução dos significados Versículo: (15) Surah: Suratu Al-Maidah
يَٰٓأَهۡلَ ٱلۡكِتَٰبِ قَدۡ جَآءَكُمۡ رَسُولُنَا يُبَيِّنُ لَكُمۡ كَثِيرٗا مِّمَّا كُنتُمۡ تُخۡفُونَ مِنَ ٱلۡكِتَٰبِ وَيَعۡفُواْ عَن كَثِيرٖۚ قَدۡ جَآءَكُم مِّنَ ٱللَّهِ نُورٞ وَكِتَٰبٞ مُّبِينٞ
Emwe bahawe Igitabu! Ni ukuri Intumwa yacu Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) yaramaze kubashikira, ibatomorera vyinshi mu vyo mwahora munyegeza abantu ngo ntibabimenye biri muri Tawurati n’Injili, iranirengagiza guserura vyinshi ata co vyishe. Ni ukuri mwaramaze gushikirwa n’umuco uvuye ku Mana Allah, hamwe rero n’Igitabu gitomoye ca Qor’ani;
Os Tafssir em língua árabe:
 
Tradução dos significados Versículo: (15) Surah: Suratu Al-Maidah
Índice de capítulos Número de página
 
Tradução dos significados do Nobre Qur’an. - الترجمة الكيروندية - Índice de tradução

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

Fechar