قرآن کریم کے معانی کا ترجمہ - الترجمة الكيروندية * - ترجمے کی لسٹ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

معانی کا ترجمہ آیت: (70) سورت: سورۂ توبہ
أَلَمۡ يَأۡتِهِمۡ نَبَأُ ٱلَّذِينَ مِن قَبۡلِهِمۡ قَوۡمِ نُوحٖ وَعَادٖ وَثَمُودَ وَقَوۡمِ إِبۡرَٰهِيمَ وَأَصۡحَٰبِ مَدۡيَنَ وَٱلۡمُؤۡتَفِكَٰتِۚ أَتَتۡهُمۡ رُسُلُهُم بِٱلۡبَيِّنَٰتِۖ فَمَا كَانَ ٱللَّهُ لِيَظۡلِمَهُمۡ وَلَٰكِن كَانُوٓاْ أَنفُسَهُمۡ يَظۡلِمُونَ
Mbega izo ndyarya ntizirashikirwa n’inkuru z’ab’aho hambere yazo mu bantu ba Nuhu, Bene Aadi, Bene Thamuudi, abantu ba Ibrahimu, abantu bo muri Madiyani, hamwe rero n’abantu ba Luutwi bafuririwe mu gacimbiri kabo, Intumwa barungikiwe zarashikirije Aayah n'ivyemezo vy’Imana Allah, baca barabigarariza, Imana Allah Ica Irabahanira ivyaha bakoze! Kira noneho, Imana Allah ntiyari kubarenganya namba ngo Ibahanire ubusa, ariko ni bo birenganije mu guca kubiri n’amabwirizwa yayo.
عربی تفاسیر:
 
معانی کا ترجمہ آیت: (70) سورت: سورۂ توبہ
سورتوں کی لسٹ صفحہ نمبر
 
قرآن کریم کے معانی کا ترجمہ - الترجمة الكيروندية - ترجمے کی لسٹ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

بند کریں