Қуръони Карим маъноларининг таржимаси - الترجمة الكيروندية * - Таржималар мундарижаси

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

Маънолар таржимаси Оят: (4) Сура: Муҳаммад сураси
فَإِذَا لَقِيتُمُ ٱلَّذِينَ كَفَرُواْ فَضَرۡبَ ٱلرِّقَابِ حَتَّىٰٓ إِذَآ أَثۡخَنتُمُوهُمۡ فَشُدُّواْ ٱلۡوَثَاقَ فَإِمَّا مَنَّۢا بَعۡدُ وَإِمَّا فِدَآءً حَتَّىٰ تَضَعَ ٱلۡحَرۡبُ أَوۡزَارَهَاۚ ذَٰلِكَۖ وَلَوۡ يَشَآءُ ٱللَّهُ لَٱنتَصَرَ مِنۡهُمۡ وَلَٰكِن لِّيَبۡلُوَاْ بَعۡضَكُم بِبَعۡضٖۗ وَٱلَّذِينَ قُتِلُواْ فِي سَبِيلِ ٱللَّهِ فَلَن يُضِلَّ أَعۡمَٰلَهُمۡ
Bemeramana! Nimwahurira ku rugamba n’abagararije, murahabera intwari koko, muhabere abagabo mururwane mubace amazosi mu kubica; nimwamara kubaca intege, muraheza mubashire mu mvuto mubabohe ntibacaruke. Mu nyuma rero urugamba nirwahagarara, murabarekura ata mbohozo babanje gutanga, canke mubarekure babanje kuzitanga, muheze rero mubandanye ukwo nyene gushika urugamba ruhere. Iyo, ni yo ngingo mushingiwe mu gihe mugeragejwe mugahurira ku rugamba n’abagarariji. Iyo Imana Allah Ishaka, ni ukuri Yari kubatabara mukabanesha ata ndwano irinze kuba, ariko rero Yabategetse kuja ku rugamba kugira Igeragereze ukwemera kwanyu mu guhangana na bo kugira mubahane, maze idini ryayo ryiganze. Abiciwe ku rugamba na bo mu gihe co guharanira idini ry’Imana Allah, Imana Allah ntizogira ibikorwa vyabo impfagusa;
Арабча тафсирлар:
 
Маънолар таржимаси Оят: (4) Сура: Муҳаммад сураси
Суралар мундарижаси Бет рақами
 
Қуръони Карим маъноларининг таржимаси - الترجمة الكيروندية - Таржималар мундарижаси

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

Ёпиш