Қуръони Карим маъноларининг таржимаси - الترجمة الكيروندية * - Таржималар мундарижаси

PDF XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

Маънолар таржимаси Оят: (6) Сура: Моида сураси
يَٰٓأَيُّهَا ٱلَّذِينَ ءَامَنُوٓاْ إِذَا قُمۡتُمۡ إِلَى ٱلصَّلَوٰةِ فَٱغۡسِلُواْ وُجُوهَكُمۡ وَأَيۡدِيَكُمۡ إِلَى ٱلۡمَرَافِقِ وَٱمۡسَحُواْ بِرُءُوسِكُمۡ وَأَرۡجُلَكُمۡ إِلَى ٱلۡكَعۡبَيۡنِۚ وَإِن كُنتُمۡ جُنُبٗا فَٱطَّهَّرُواْۚ وَإِن كُنتُم مَّرۡضَىٰٓ أَوۡ عَلَىٰ سَفَرٍ أَوۡ جَآءَ أَحَدٞ مِّنكُم مِّنَ ٱلۡغَآئِطِ أَوۡ لَٰمَسۡتُمُ ٱلنِّسَآءَ فَلَمۡ تَجِدُواْ مَآءٗ فَتَيَمَّمُواْ صَعِيدٗا طَيِّبٗا فَٱمۡسَحُواْ بِوُجُوهِكُمۡ وَأَيۡدِيكُم مِّنۡهُۚ مَا يُرِيدُ ٱللَّهُ لِيَجۡعَلَ عَلَيۡكُم مِّنۡ حَرَجٖ وَلَٰكِن يُرِيدُ لِيُطَهِّرَكُمۡ وَلِيُتِمَّ نِعۡمَتَهُۥ عَلَيۡكُمۡ لَعَلَّكُمۡ تَشۡكُرُونَ
Bemeramana! Igihe mushatse guhaguruka muja gusenga mudakwije isuku ryo gusenga, muraheza mutunganye isuku ryo gusenga, maze mwoze mu maso no ku maboko yanyu kugera haruguru y’inkokora, muhanagure ku mutwe, mushoke mwoza amaguru yanyu kugera haruguru y’ijisho ry’ikirenge. Nimwashikirwa n’ibihumanya bikuru bituma mwiyuhagira, muraheza mwiyuhagire n’amazi imbere yuko musenga. Nimwaba naho murwaye indwara ibabuza gukoresha amazi mu kwiyuhagira, canke muri ku rugendo mukayabura, canke hakaba muri mwebwe uwuvuye kwituma canke kwihagarika, canke mukaba mwaranguye amabanga y’abubatse hanyuma mukabura amazi yo kwiyuhagira, canke mugatinya ingaruka yo kuyakoresha, muri ico gihe rero, murashoka mukoresha ivu ryiza mu kwihumanura, murakubita ibiganza kuri nya vu muce mubihanaguza mu maso no ku maboko. Imana Allah ntishaka kubaremereza mu kwihumanura mukoresheje amazi, ahubwo Ishaka kuborohereza mu kubarekurira kwihumanura mukoresheje ivu, no kubakwiriza rero inema zayo kugira muyishimire;
Арабча тафсирлар:
 
Маънолар таржимаси Оят: (6) Сура: Моида сураси
Суралар мундарижаси Бет рақами
 
Қуръони Карим маъноларининг таржимаси - الترجمة الكيروندية - Таржималар мундарижаси

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

Ёпиш