Check out the new design

Қуръони Карим маъноларининг таржимаси - Кирунди тили таржимаси - Юсуф Ғҳейти * - Таржималар мундарижаси

PDF XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

Маънолар таржимаси Оят: (176) Сура: Аъроф
وَلَوۡ شِئۡنَا لَرَفَعۡنَٰهُ بِهَا وَلَٰكِنَّهُۥٓ أَخۡلَدَ إِلَى ٱلۡأَرۡضِ وَٱتَّبَعَ هَوَىٰهُۚ فَمَثَلُهُۥ كَمَثَلِ ٱلۡكَلۡبِ إِن تَحۡمِلۡ عَلَيۡهِ يَلۡهَثۡ أَوۡ تَتۡرُكۡهُ يَلۡهَثۚ ذَّٰلِكَ مَثَلُ ٱلۡقَوۡمِ ٱلَّذِينَ كَذَّبُواْ بِـَٔايَٰتِنَاۚ فَٱقۡصُصِ ٱلۡقَصَصَ لَعَلَّهُمۡ يَتَفَكَّرُونَ
Iyo rero Twebwe Allah Dushaka kumuduza icubahiro mu kwemera nya vyemezo, Twari kumushoboza kubigendera, ariko rero we yihebeye ivy’isi ha kwitegurira ubuzima bw’inyuma yo gupfa, araheza akurikira ivyipfuzo vyiwe, agabitanya ku Mana Allah. Uyo rero akarorero kiwe, ni nk’imbwa; iyo uyirukanye irekereza ururimi, wayireka naho nyene ikarekereza ururimi[23]. Ntumwa y’Imana! Iyo rero, ni yo ngeso y’abantu bahakanye ivyemezo vyacu imbere yuko urungikwa. Biganire rero inkuru z’ivyashikiye ab’aho hambere, kuko harimwo ibitangaro vyotuma bibuka bakwemere;
[23] Ni nk’uko rero uwuhakana ivyemezo vy’Imana Allah akabirenza umugongo, ukumuhanura canke kumwirengagiza nta co bihindura kuri we.
Арабча тафсирлар:
 
Маънолар таржимаси Оят: (176) Сура: Аъроф
Суралар мундарижаси Бет рақами
 
Қуръони Карим маъноларининг таржимаси - Кирунди тили таржимаси - Юсуф Ғҳейти - Таржималар мундарижаси

Юсуф Ғаҳити таржимаси - Африка тараққиёт муассасаси.

Ёпиш