የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (101) ምዕራፍ: ሱረቱ ዩሱፍ
۞ رَبِّ قَدۡ ءَاتَيۡتَنِي مِنَ ٱلۡمُلۡكِ وَعَلَّمۡتَنِي مِن تَأۡوِيلِ ٱلۡأَحَادِيثِۚ فَاطِرَ ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَٱلۡأَرۡضِ أَنتَ وَلِيِّۦ فِي ٱلدُّنۡيَا وَٱلۡأٓخِرَةِۖ تَوَفَّنِي مُسۡلِمٗا وَأَلۡحِقۡنِي بِٱلصَّٰلِحِينَ
Ni ho rero Yusufu yatumbera Imana Allah ayisaba ati: “Mana yanje Rurema Allah! Ni ukuri, Warampaye ubwami bwa Misiri, Unyigisha no kurotora indoto, n’ubundi bumenyi. Ewe Rurema w’amajuru n’isi! Wewe ni We Muhagarikizi wanje muri vyose kw’isi no mu buzima bw’inyuma yo gupfa, Urandengutsa rero ndi umwislamu nicisha bugufi, Uzonshire hamwe n’abaja bawe beranda”.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (101) ምዕራፍ: ሱረቱ ዩሱፍ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት