የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (102) ምዕራፍ: ሱረቱ ዩሱፍ
ذَٰلِكَ مِنۡ أَنۢبَآءِ ٱلۡغَيۡبِ نُوحِيهِ إِلَيۡكَۖ وَمَا كُنتَ لَدَيۡهِمۡ إِذۡ أَجۡمَعُوٓاْ أَمۡرَهُمۡ وَهُمۡ يَمۡكُرُونَ
Ntumwa y’Imana! Izo rero ni zimwe mu nkuru zo muri kahise Tuguhishurira, si ho wari igihe benewabo na Yusufu bapfundika ko bamuta mu kinogo kirekire, babanje gutega imitego mw’irementanya ridasanzwe[8].
[8] Ugushikiriza ido n’ido kahise nk’uko vyagenze ku vyerekeye Intumwa z’aho hambere y’Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), ni kimwe mu vyerekana ko Qor'ani yahishuwe koko n’Imana Allah.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (102) ምዕራፍ: ሱረቱ ዩሱፍ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት