የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (25) ምዕራፍ: ሱረቱ ዩሱፍ
وَٱسۡتَبَقَا ٱلۡبَابَ وَقَدَّتۡ قَمِيصَهُۥ مِن دُبُرٖ وَأَلۡفَيَا سَيِّدَهَا لَدَا ٱلۡبَابِۚ قَالَتۡ مَا جَزَآءُ مَنۡ أَرَادَ بِأَهۡلِكَ سُوٓءًا إِلَّآ أَن يُسۡجَنَ أَوۡ عَذَابٌ أَلِيمٞ
Ni ho rero Yusufu yatanguranwa na nya mugore ku muryango kugira asohoke, wa mugore agize ngo aramukwega, ikanzu yiwe ica itabuka mu mugongo, wa mugore aho nyene aca atubiranira n’umugabo wiwe ku muryango, aca aramwitanga arinamura n’ishavu n’akantu ati: “Umuntu ashaka kukurengera ibigo, akwiye ikihe gihano, atari ukuja mw’ibohero, canke agahabwa igihano kibabaza!”.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (25) ምዕራፍ: ሱረቱ ዩሱፍ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት