የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (40) ምዕራፍ: ሱረቱ ዩሱፍ
مَا تَعۡبُدُونَ مِن دُونِهِۦٓ إِلَّآ أَسۡمَآءٗ سَمَّيۡتُمُوهَآ أَنتُمۡ وَءَابَآؤُكُم مَّآ أَنزَلَ ٱللَّهُ بِهَا مِن سُلۡطَٰنٍۚ إِنِ ٱلۡحُكۡمُ إِلَّا لِلَّهِ أَمَرَ أَلَّا تَعۡبُدُوٓاْ إِلَّآ إِيَّاهُۚ ذَٰلِكَ ٱلدِّينُ ٱلۡقَيِّمُ وَلَٰكِنَّ أَكۡثَرَ ٱلنَّاسِ لَا يَعۡلَمُونَ
Ntimwiyegereza mu vyo mukora vyose mu gusenga mu gishingo c’Imana Allah, kiretse amazina y’ibintu mwafashe mukayita imana, mwebwe hamwe na ba so. Imana Allah ntiyigeze Imanura icemezo c’uko mwobisenga; nta ngingo y’ukuri yokwubahwa kiretse ingingo y’Imana Allah, Yategetse ko mutosenga izindi mana atari Yo Yonyene gusa mukwiye gusenga mutayibangikanya. Iryo rero, ni ryo dini rigororotse, ariko rero abenshi mu bantu ntibazi ukwo kuri;
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (40) ምዕራፍ: ሱረቱ ዩሱፍ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት