የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (46) ምዕራፍ: ሱረቱ ዩሱፍ
يُوسُفُ أَيُّهَا ٱلصِّدِّيقُ أَفۡتِنَا فِي سَبۡعِ بَقَرَٰتٖ سِمَانٖ يَأۡكُلُهُنَّ سَبۡعٌ عِجَافٞ وَسَبۡعِ سُنۢبُلَٰتٍ خُضۡرٖ وَأُخَرَ يَابِسَٰتٖ لَّعَلِّيٓ أَرۡجِعُ إِلَى ٱلنَّاسِ لَعَلَّهُمۡ يَعۡلَمُونَ
Agezeyo, ni ho yavuga ati: “Yusufu, ewe mvugakuri! Turotorere indoto y’umuntu yarose abona inka indwi zinuze, ziriko ziraribwa n’izindi nka indwi zinamvye; abona n’amashami indwi atotahaye, hamwe n’ayandi mashami indwi yumaganye. Ngira ngo mpava nsubira ku mwami n’abunganizi biwe ndabashiriye insiguro itomoye kuri iyi ndoto, kugira bamenye ubutore n’icubahiro vyawe”.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (46) ምዕራፍ: ሱረቱ ዩሱፍ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት