የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (50) ምዕራፍ: ሱረቱ ዩሱፍ
وَقَالَ ٱلۡمَلِكُ ٱئۡتُونِي بِهِۦۖ فَلَمَّا جَآءَهُ ٱلرَّسُولُ قَالَ ٱرۡجِعۡ إِلَىٰ رَبِّكَ فَسۡـَٔلۡهُ مَا بَالُ ٱلنِّسۡوَةِ ٱلَّٰتِي قَطَّعۡنَ أَيۡدِيَهُنَّۚ إِنَّ رَبِّي بِكَيۡدِهِنَّ عَلِيمٞ
Umwami amaze kwumva insiguro y’indoto yiwe, yavuze ati: “Nimunzanire uyo muntu yashoboye kundotorera indoto”. Intumwa yarungitswe gukura Yusufu mw’ibohero ngo imuzane, Yusufu yayibwiye ati: “Subira ku mutware wawe, uheze umusabe ko abaza ukuri ku vyerekeye abagore bikomerekeje ku maboko, gutyo ukuri kumenyekane nanje nambikwe izera; mu vy’ukuri Imana yanje Rurema Allah, Irazi neza imitego yabo banteze”.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (50) ምዕራፍ: ሱረቱ ዩሱፍ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት