የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (55) ምዕራፍ: ሱረቱ ዩሱፍ
قَالَ ٱجۡعَلۡنِي عَلَىٰ خَزَآئِنِ ٱلۡأَرۡضِۖ إِنِّي حَفِيظٌ عَلِيمٞ
Yusufu araheza abwira umwami ati: “Ngena rero kuba umunyabigega ajejwe guhagararira umwimbu w’igihugu ca Misiri, jewe mu vy’ukuri, ndi umwizigirwa kuri vyose, ndashoboye gucungera neza umwimbu, ndafise n’ubumenyi bukwiye ku vyerekeye itunganya ry’ubutunzi”.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (55) ምዕራፍ: ሱረቱ ዩሱፍ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት