የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (80) ምዕራፍ: ሱረቱ ዩሱፍ
فَلَمَّا ٱسۡتَيۡـَٔسُواْ مِنۡهُ خَلَصُواْ نَجِيّٗاۖ قَالَ كَبِيرُهُمۡ أَلَمۡ تَعۡلَمُوٓاْ أَنَّ أَبَاكُمۡ قَدۡ أَخَذَ عَلَيۡكُم مَّوۡثِقٗا مِّنَ ٱللَّهِ وَمِن قَبۡلُ مَا فَرَّطتُمۡ فِي يُوسُفَۖ فَلَنۡ أَبۡرَحَ ٱلۡأَرۡضَ حَتَّىٰ يَأۡذَنَ لِيٓ أَبِيٓ أَوۡ يَحۡكُمَ ٱللَّهُ لِيۖ وَهُوَ خَيۡرُ ٱلۡحَٰكِمِينَ
Bamaze kwihebura ko Biniyamini atakirekuwe, bahavuye biherera batangura guhanurana ku cokorwa, maze umukuru muri bo avuga ati: “Mbega ntimuzi ko so yabarahije kw’izina ry’Imana Allah, ko mutegerezwa kugarukana murumuna wanyu, kiretse mu gihe mwoshikirwa n’ivyago bitabavuyeko; n’imbere y’aho mukaba mutitwararitse Yusufu, mukamuhemukira. Jewe rero, sindota mva ku butaka bwa Misiri, kiretse mu gihe data yobindekurira, canke Imana Allah Ikandekurira kuva ng’aha, Ikanshoboza kuronka murumunanje, ni na Yo Mwiza w’abacamanza batunganiriza ibiremwa;
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (80) ምዕራፍ: ሱረቱ ዩሱፍ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት