የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (42) ምዕራፍ: ሱረቱ አን ነምል
فَلَمَّا جَآءَتۡ قِيلَ أَهَٰكَذَا عَرۡشُكِۖ قَالَتۡ كَأَنَّهُۥ هُوَۚ وَأُوتِينَا ٱلۡعِلۡمَ مِن قَبۡلِهَا وَكُنَّا مُسۡلِمِينَ
Wa mwamikazi wa Saba-i amaze gushika kwa Sulayimani, yabajijwe ati: “Mbega intebe y’inganji yawe yoba imeze nk’ukwo?”. Wa mwamikazi yishura ati: “Mbona isa nkayo!”. Ni ho rero Sulayimani yatahura ko nya mwamikazi yamaze kumenya ububasha bw’Imana Allah, aca avuga ati: “Twari twahawe kumenya ububasha bw’Imana Allah imbere yuko nya mwamikazi abumenya, turaheza twicisha bugufi tuba abislamu”.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (42) ምዕራፍ: ሱረቱ አን ነምል
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት