የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (45) ምዕራፍ: ሱረቱ አን ነምል
وَلَقَدۡ أَرۡسَلۡنَآ إِلَىٰ ثَمُودَ أَخَاهُمۡ صَٰلِحًا أَنِ ٱعۡبُدُواْ ٱللَّهَ فَإِذَا هُمۡ فَرِيقَانِ يَخۡتَصِمُونَ
Ni ukuri Twebwe Allah, Twararungitse kuri Bene Thamuudi mwenewabo Swalehe, kugira abararikire kwemera Imana Allah, araheza ababwira ati: “Nimwiyegereze Imana Allah mu vyo mukora vyose, munayisenga ari Imwe Rudende mutayibangikanya”. Ni ho baca bicamwo imigwi ibiri: abamwemera n’abamugarariza, umugwi wose muri yo ukemeza ko ari wo uri mu kuri.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (45) ምዕራፍ: ሱረቱ አን ነምል
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት