የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (61) ምዕራፍ: ሱረቱ አን ነምል
أَمَّن جَعَلَ ٱلۡأَرۡضَ قَرَارٗا وَجَعَلَ خِلَٰلَهَآ أَنۡهَٰرٗا وَجَعَلَ لَهَا رَوَٰسِيَ وَجَعَلَ بَيۡنَ ٱلۡبَحۡرَيۡنِ حَاجِزًاۗ أَءِلَٰهٞ مَّعَ ٱللَّهِۚ بَلۡ أَكۡثَرُهُمۡ لَا يَعۡلَمُونَ
Ongera ubaze ababangikanyamana uti: “Mbega burya Imana Allah, Yatururuje isi Ikanayicako inzuzi, Ikayishirako n’imisozi iyishigikiye nk’imambo, Igashira no kw’ihuriro ry’amabahari abiri atandukanye mu kanovera k’amazi, agakingo gatuma amazi y’akanovera ya rimwe muri nya mabahari atavangana n’ayandi y’icunyunyu y’irindi bahari bihurira hamwe, si Yo Ikwiye gusengwa! None hoba hariho iyindi mana yaremye nk’ivyo, kugira ngo iheze isengwe mu gishingo c’Imana Allah!”. Ahubwo rero abenshi mu babangikanyamana, ntibazi icubahiro c’Imana Allah ngo baheze bayisenge batayibangikanya.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (61) ምዕራፍ: ሱረቱ አን ነምል
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት