የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (64) ምዕራፍ: ሱረቱ አን ነምል
أَمَّن يَبۡدَؤُاْ ٱلۡخَلۡقَ ثُمَّ يُعِيدُهُۥ وَمَن يَرۡزُقُكُم مِّنَ ٱلسَّمَآءِ وَٱلۡأَرۡضِۗ أَءِلَٰهٞ مَّعَ ٱللَّهِۚ قُلۡ هَاتُواْ بُرۡهَٰنَكُمۡ إِن كُنتُمۡ صَٰدِقِينَ
Mbega burya Imana Allah Yatanguye kurema ibiremwa ata co Irinze gufatirako, Ikaba Ishoboye kuvyaka ubuzima bigapfa, hanyuma Ikabisubiza ubuzima bikazuka, Ikanabironsa ibibibeshaho mu gutuma hagwa imvura ivuye mu bicu izananye mu kirere, maze isi igatotahara, si Yo Ikwiye gusengwa! None hoba hariho iyindi mana ishoboye gukora nk’ivyo, ngo iheze isengwe mu gishingo c’Imana Allah! Ntumwa y’Imana! Babwire uti: “Enda nyabuna rero, nimuzane ivyemezo vyanyu nimwaba muri imvugakuri, ko Imana Allah Ifise ababangikanije na Yo mu bwami no mu gusengwa!”.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (64) ምዕራፍ: ሱረቱ አን ነምል
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት