የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (82) ምዕራፍ: ሱረቱ አን ነምል
۞ وَإِذَا وَقَعَ ٱلۡقَوۡلُ عَلَيۡهِمۡ أَخۡرَجۡنَا لَهُمۡ دَآبَّةٗ مِّنَ ٱلۡأَرۡضِ تُكَلِّمُهُمۡ أَنَّ ٱلنَّاسَ كَانُواْ بِـَٔايَٰتِنَا لَا يُوقِنُونَ
Igihe rero hageze ko bahanwa ku kurendegera kwabo mu vyaha no kwirengagiza amabwirizwa y’Imana Allah, Twebwe Allah Tuzoheza Duserure kimwe mu bimenyetso rutura vy’umuhero w’isi; kikaba ari ikinyamaswa Tuzosokorora kivuye mu kuzimu, giheze kibavugishe kibereka ko abantu bahakana izurwa ry’ibiremwa, batigeze bemera Aayah zacu za Qor’ani ngo bazigendere, n’uko batigeze bemera n’Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) ngo bayikurikire.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (82) ምዕራፍ: ሱረቱ አን ነምል
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት