የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (86) ምዕራፍ: ሱረቱ አን ነምል
أَلَمۡ يَرَوۡاْ أَنَّا جَعَلۡنَا ٱلَّيۡلَ لِيَسۡكُنُواْ فِيهِ وَٱلنَّهَارَ مُبۡصِرًاۚ إِنَّ فِي ذَٰلِكَ لَأٓيَٰتٖ لِّقَوۡمٖ يُؤۡمِنُونَ
Mbega abahakanye Aayah zacu za Qor’ani, ntibabonye ko Twebwe Allah Twabagiriye ijoro kugira baturure, baheze baruhuke; Tukanabagirira umurango kuba habona kugira barondere icorirenza! Mu vy’ukuri, muri ukwo gukurakuranwa kw’ijoro n’umurango, ni ukuri harimwo ivyemezo ku bantu bemera ubushobozi n'ububasha vy’Imana Allah, bagaheza bakayisenga ari Imwe Rudende.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (86) ምዕራፍ: ሱረቱ አን ነምል
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት