የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (93) ምዕራፍ: ሱረቱ አን ነምል
وَقُلِ ٱلۡحَمۡدُ لِلَّهِ سَيُرِيكُمۡ ءَايَٰتِهِۦ فَتَعۡرِفُونَهَاۚ وَمَا رَبُّكَ بِغَٰفِلٍ عَمَّا تَعۡمَلُونَ
Ntumwa y’Imana! Uraheza rero uvuge uti: “Ishimagizwa, ni iry’Imana Allah, Yo Izoheza Ikabereka Aayah n’ivyemezo vyayo muri mwebwe nyene no mw’ijuru no mw’isi, muheze mubitahure ukuri kwamye, bitume mutandukanya ukuri n’ikinyoma”; kandi burya Imana yawe Rurema Allah, ntiyirengagiza ivyo mukora, Izobibahembera.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (93) ምዕራፍ: ሱረቱ አን ነምል
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት