የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (11) ምዕራፍ: ሱረቱ ጋፊር
قَالُواْ رَبَّنَآ أَمَتَّنَا ٱثۡنَتَيۡنِ وَأَحۡيَيۡتَنَا ٱثۡنَتَيۡنِ فَٱعۡتَرَفۡنَا بِذُنُوبِنَا فَهَلۡ إِلَىٰ خُرُوجٖ مِّن سَبِيلٖ
Abagarariji rero bazovuga bati: “Mana yacu Rurema Allah! Watwishe incuro zibiri[2], Udusubiza n’ubuzima incuro zibiri nyene[3]; ubu rero turemanze ivyaha vyacu twakoze; mbega none, nta kuntu twoshobora kuva mu muriro udahera, maze tugasubira kw’isi tugaheza tukakwumvira!”. Ico gihe rero, ukwemanga kw’ivyaha vyabo nta co kuzobamarira;
[2] Igihe twari tukiri intanga tutarahuhirwamwo inkomoko y’ubuzima “Roho”, n’igihe ikiringo co kubaho kwacu kw’isi kirangiriye.
[3] Igihe duhuhiriwemwo inkomoko y’ubuzima “Roho” tukabaho kw’isi, n’igihe dusubirijwe ubuzima tukazuka.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (11) ምዕራፍ: ሱረቱ ጋፊር
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት