የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (100) ምዕራፍ: ሱረቱ አል-ማኢዳህ
قُل لَّا يَسۡتَوِي ٱلۡخَبِيثُ وَٱلطَّيِّبُ وَلَوۡ أَعۡجَبَكَ كَثۡرَةُ ٱلۡخَبِيثِۚ فَٱتَّقُواْ ٱللَّهَ يَٰٓأُوْلِي ٱلۡأَلۡبَٰبِ لَعَلَّكُمۡ تُفۡلِحُونَ
Ntumwa y’Imana! Vuga uti: “Muntu! Ikibi ntikingana n’iciza mu ndishi[34], n’aho wotangazwa n’ubwinshi bw’ibibi n’ababikora.” Emwe banyabwenge! Nimutinye rero Imana Allah mu kwubahiriza amabwirizwa yayo kugira muronke intsinzi ihambaye y’Ubwami bw’ijuru!
[34] Mu ndishi rero, umugarariji ntangana n’umwemeramana; ikigaba ntikingana n’umwumviramana; ikijuju ntikingana n’incabwenge mu butore; uwadukana bishasha mw’idini ntangana n’uwukurikira inyigisho ata co yongeyeko; ibizira mu matungo ntivyubahwa co kimwe n’ibirekuwe muri yo.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (100) ምዕራፍ: ሱረቱ አል-ማኢዳህ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት