የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (103) ምዕራፍ: ሱረቱ አል-ማኢዳህ
مَا جَعَلَ ٱللَّهُ مِنۢ بَحِيرَةٖ وَلَا سَآئِبَةٖ وَلَا وَصِيلَةٖ وَلَا حَامٖ وَلَٰكِنَّ ٱلَّذِينَ كَفَرُواْ يَفۡتَرُونَ عَلَى ٱللَّهِ ٱلۡكَذِبَۖ وَأَكۡثَرُهُمۡ لَا يَعۡقِلُونَ
Imana Allah ntiyigeze Iziririza ikoreshwa ry’igitungwa caciwe ugutwi kikagenerwa ibigirwamana; igitungwa catanzwe ikimazi ku bigirwamana, igitungwa kivyaye inyana cikurikiranya, n’impfizi y’ingamiya yimije incuro cumi[36], ariko ababangikanyamana bomekereye ivyo vyose ku Mana Allah bayibeshera, kandi abenshi muri bo ntibatandukanya ukuri n’ikinyoma.
[36] Carazira kuyurira no kuyikoresha ikintu na kimwe.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (103) ምዕራፍ: ሱረቱ አል-ማኢዳህ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት