የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (108) ምዕራፍ: ሱረቱ አል-ማኢዳህ
ذَٰلِكَ أَدۡنَىٰٓ أَن يَأۡتُواْ بِٱلشَّهَٰدَةِ عَلَىٰ وَجۡهِهَآ أَوۡ يَخَافُوٓاْ أَن تُرَدَّ أَيۡمَٰنُۢ بَعۡدَ أَيۡمَٰنِهِمۡۗ وَٱتَّقُواْ ٱللَّهَ وَٱسۡمَعُواْۗ وَٱللَّهُ لَا يَهۡدِي ٱلۡقَوۡمَ ٱلۡفَٰسِقِينَ
Iyo ngingo yo kurahizwa kw’ivyabona yubahirizwa muri ubwo buryo, ni yo ishobora gutuma ivyabona bishikiriza ukuri nk’uko bisabwa ku gutinya ibihano vy’Imana Allah, canke ku gutinya ko indahiro zavyo zosubizwa inyuma nk’indahiro z’aba mbere mu gihe borahira babesha, maze bakamaramara. Nimutinye rero Imana Allah mu kwubahiriza amabwirizwa yayo mu ndahiro zanyu, mwongere mwumve n’impanuro muhabwa. Burya Imana Allah ntirongora mu nzira yayo ibigaba birenga ku mabwirizwa yayo.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (108) ምዕራፍ: ሱረቱ አል-ማኢዳህ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት