የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (109) ምዕራፍ: ሱረቱ አል-ማኢዳህ
۞ يَوۡمَ يَجۡمَعُ ٱللَّهُ ٱلرُّسُلَ فَيَقُولُ مَاذَآ أُجِبۡتُمۡۖ قَالُواْ لَا عِلۡمَ لَنَآۖ إِنَّكَ أَنتَ عَلَّٰمُ ٱلۡغُيُوبِ
Bantu! Nimwibuke umusi w’izuka! Umusi Imana Allah Izokwegeranya Intumwa zayo zose (za nyakugira amahoro y’Imana Allah), maze Ikazibaza ku kuntu zumviwe Iti: “Abantu mwarungitsweko babitabiriye gute!”. Zizokwishura ziti: “Twebwe nta vyo twomenya kuko ntituzi ibiri mu mitima, ntituzi n’ivyo badukanye mu nyuma! Mu vy’ukuri Wewe ni We Uzi neza ibinyegejwe ibiremwa”.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (109) ምዕራፍ: ሱረቱ አል-ማኢዳህ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት