የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (115) ምዕራፍ: ሱረቱ አል-ማኢዳህ
قَالَ ٱللَّهُ إِنِّي مُنَزِّلُهَا عَلَيۡكُمۡۖ فَمَن يَكۡفُرۡ بَعۡدُ مِنكُمۡ فَإِنِّيٓ أُعَذِّبُهُۥ عَذَابٗا لَّآ أُعَذِّبُهُۥٓ أَحَدٗا مِّنَ ٱلۡعَٰلَمِينَ
Imana Allah Yaramwishuye Iti: “Jewe mu vy’ukuri, Ndabamanurira iyo meza y’imfungurwa musavye. Inyuma y’imanurwa ryayo rero, uwuzogarariza muri mwebwe Imana Allah n’Intumwa yayo Isa (nyakugira amahoro y’Imana Allah), aramenya ko mu vy’ukuri Nzomuha ibihano ruhasha ntazohanisha uwundi n’umwe mu biremwa”.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (115) ምዕራፍ: ሱረቱ አል-ማኢዳህ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት