ترجمة معاني القرآن الكريم - الترجمة الكيروندية * - فهرس التراجم

XML CSV Excel API
تنزيل الملفات يتضمن الموافقة على هذه الشروط والسياسات

ترجمة معاني آية: (33) سورة: لقمان
يَٰٓأَيُّهَا ٱلنَّاسُ ٱتَّقُواْ رَبَّكُمۡ وَٱخۡشَوۡاْ يَوۡمٗا لَّا يَجۡزِي وَالِدٌ عَن وَلَدِهِۦ وَلَا مَوۡلُودٌ هُوَ جَازٍ عَن وَالِدِهِۦ شَيۡـًٔاۚ إِنَّ وَعۡدَ ٱللَّهِ حَقّٞۖ فَلَا تَغُرَّنَّكُمُ ٱلۡحَيَوٰةُ ٱلدُّنۡيَا وَلَا يَغُرَّنَّكُم بِٱللَّهِ ٱلۡغَرُورُ
Emwe bantu! Nimugamburukire Imana yanyu Rurema Allah mu kwubahiriza amabwirizwa yayo, maze mwiyubare umusi w’umuhero w’isi, igihe umuvyeyi ata co azomarira umwana wiwe, eka n’umwana nta na kimwe azomarira umuvyeyi wiwe. Mu vy’ukuri isezerano ry’Imana Allah, ni iry’ukuri; ntimuhendwe rero n’ibihendamaso vyo mu buzima bwo kw’isi, ngo bibabuze kwitegurira ubuzima bw’inyuma yo gupfa, kandi ntimugahendwe na shetani ibibagiza Imana Allah[9].
[9] Shetani ihubisha abantu ikabibagiza Imana Allah, irashobora kuba ikomoka mu bantu canke mu majini.
التفاسير العربية:
 
ترجمة معاني آية: (33) سورة: لقمان
فهرس السور رقم الصفحة
 
ترجمة معاني القرآن الكريم - الترجمة الكيروندية - فهرس التراجم

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

إغلاق