কুরআনুল কারীমের অর্থসমূহের অনুবাদ - الترجمة الكيروندية * - অনুবাদসমূহের সূচী

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

অর্থসমূহের অনুবাদ আয়াত: (36) সূরা: সূরা আল-হজ্ব
وَٱلۡبُدۡنَ جَعَلۡنَٰهَا لَكُم مِّن شَعَٰٓئِرِ ٱللَّهِ لَكُمۡ فِيهَا خَيۡرٞۖ فَٱذۡكُرُواْ ٱسۡمَ ٱللَّهِ عَلَيۡهَا صَوَآفَّۖ فَإِذَا وَجَبَتۡ جُنُوبُهَا فَكُلُواْ مِنۡهَا وَأَطۡعِمُواْ ٱلۡقَانِعَ وَٱلۡمُعۡتَرَّۚ كَذَٰلِكَ سَخَّرۡنَٰهَا لَكُمۡ لَعَلَّكُمۡ تَشۡكُرُونَ
Ukubaga ingamiya n’inka zinuze, Twakugize kuri mwebwe kuba mu bimenyetso vy’idini ry’Imana Allah, kugira mwiyegereze Imana Allah. Ibagwa ry’ivyo bitungwa rero, riranabafitiye akamaro, kuko muheza mugafungura mukanatanga imperezwa ku nyama zavyo, gutyo mukabironkera indishi. Muraheza rero mu gihe co kubibaga muvuge muti: “BISMI LLAAH”; ingamiya niyamara kugwira urubavu, izoba irekuwe gufungurwa[7]. Muraheza mufungure ku nyama zazo, mwongere mufungurireko umworo yigumya ntasege hamwe n’umukene yubahuka agasega. Ni ukwo rero Imana Allah Yaborohereje kubaga nya ngamiya n’inka zinuze kugira muyishimire.
[7] Ingamiya ibagwa ihagaze ku maguru atatu ukundi kuguru kugira kane kuboshwe, bagaca rero bayicumita inkota mw’izosi igaca igwira urubavu. Ubwo buryo bukoreshwa mu kubaga ingamiya bwitwa “annahr”.
আরবি তাফসীরসমূহ:
 
অর্থসমূহের অনুবাদ আয়াত: (36) সূরা: সূরা আল-হজ্ব
সূরাসমূহের সূচী পৃষ্ঠার নাম্বার
 
কুরআনুল কারীমের অর্থসমূহের অনুবাদ - الترجمة الكيروندية - অনুবাদসমূহের সূচী

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

বন্ধ