Übersetzung der Bedeutungen von dem heiligen Quran - الترجمة الكيروندية * - Übersetzungen

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

Übersetzung der Bedeutungen Surah / Kapitel: Al-Falaq   Vers:

SURATU L-FALAQI

قُلۡ أَعُوذُ بِرَبِّ ٱلۡفَلَقِ
Ntumwa y’Imana! Vuga uti: “Ndikinze ku Mana Allah, Umuremyi w’igitondo;
Arabische Interpretationen von dem heiligen Quran:
مِن شَرِّ مَا خَلَقَ
Inkingire inabi y’ivyo Yaremye vyose;
Arabische Interpretationen von dem heiligen Quran:
وَمِن شَرِّ غَاسِقٍ إِذَا وَقَبَ
N’inabi y’ijoro iyo ryijimye;
Arabische Interpretationen von dem heiligen Quran:
وَمِن شَرِّ ٱلنَّفَّٰثَٰتِ فِي ٱلۡعُقَدِ
N’inabi y’abarozikazi bahuha mu mapfundo mu kuroga;
Arabische Interpretationen von dem heiligen Quran:
وَمِن شَرِّ حَاسِدٍ إِذَا حَسَدَ
N’inabi y’umunyeshari[1] iyo asharitse”.
[1] Umunyeshari, ni umuntu asharika abandi abahora impano bahawe n’Imana Allah, akipfuza ko nya mpano zohona, akanababangamira mu buzima.
Arabische Interpretationen von dem heiligen Quran:
 
Übersetzung der Bedeutungen Surah / Kapitel: Al-Falaq
Suren/ Kapiteln Liste Nummer der Seite
 
Übersetzung der Bedeutungen von dem heiligen Quran - الترجمة الكيروندية - Übersetzungen

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

Schließen