Firo maanaaji al-quraan tedduɗo oo - الترجمة الكيروندية * - Tippudi firooji ɗii

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

Firo maanaaji Aaya: (51) Simoore: Simoore goongɗinɓe
يَٰٓأَيُّهَا ٱلرُّسُلُ كُلُواْ مِنَ ٱلطَّيِّبَٰتِ وَٱعۡمَلُواْ صَٰلِحًاۖ إِنِّي بِمَا تَعۡمَلُونَ عَلِيمٞ
Emwe Ntumwa z’Imana! Nimufungure mu vyiza bibaryoheye birekuwe, muheze mukore n’ibikorwa vyiza bitegetswe, mu vy’ukuri Jewe Allah, Ndazi neza ivyo mukora vyose, ndi Nyenubumenyikurivyose[5].
[5] Ingingo ivugwa muri iyi Aayah yega Intumwa z’Imana zose hamwe n’abemeramana bazikurikiye. Iyi Aayah kandi iranigisha ko ugufungura mu vyiza biryoshe birekuwe gufasha umuntu kunonokerwa mu gukora ibikorwa vyiza bitegetswe, n’uko gufungura ibibi bizira bitera umuntu amagorwa harimwo no kutemererwa igisabisho.
Faccirooji aarabeeji:
 
Firo maanaaji Aaya: (51) Simoore: Simoore goongɗinɓe
Tippudi cimooje Tonngoode hello ngoo
 
Firo maanaaji al-quraan tedduɗo oo - الترجمة الكيروندية - Tippudi firooji ɗii

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

Uddude