Traduction des sens du Noble Coran - الترجمة الكيروندية * - Lexique des traductions

PDF XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

Traduction des sens Verset: (58) Sourate: AL-HAJJ
وَٱلَّذِينَ هَاجَرُواْ فِي سَبِيلِ ٱللَّهِ ثُمَّ قُتِلُوٓاْ أَوۡ مَاتُواْ لَيَرۡزُقَنَّهُمُ ٱللَّهُ رِزۡقًا حَسَنٗاۚ وَإِنَّ ٱللَّهَ لَهُوَ خَيۡرُ ٱلرَّٰزِقِينَ
Abataye izabo bakimuka ku bw’Imana Allah, mu ntumbero yo guharanira idini ryayo, hanyuma bakicirwa ku rugamba canke bagahitanwa n’urupfu rusanzwe, nta nkeka ko Imana Allah Izobaronsa Impano zishemeye kandi zamaho mu Bwami bw’ijuru; kandi mu vy’ukuri, nta nkeka ko Imana Allah ari Yo Mwiza w’abaronsa ibibeshaho ibiremwa.
Les exégèses en arabe:
 
Traduction des sens Verset: (58) Sourate: AL-HAJJ
Lexique des sourates Numéro de la page
 
Traduction des sens du Noble Coran - الترجمة الكيروندية - Lexique des traductions

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

Fermeture