Traduction des sens du Noble Coran - الترجمة الكيروندية * - Lexique des traductions

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

Traduction des sens Verset: (26) Sourate: ACH-CHOURÂ
وَيَسۡتَجِيبُ ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ وَعَمِلُواْ ٱلصَّٰلِحَٰتِ وَيَزِيدُهُم مِّن فَضۡلِهِۦۚ وَٱلۡكَٰفِرُونَ لَهُمۡ عَذَابٞ شَدِيدٞ
Abemeye Imana Allah n’Intumwa yayo, barumvira Imana Allah mu gukora ivyiza Ibategeka, Ikanabongerereza mu mpano zayo[6]. Abagararije Imana Allah n’Intumwa yayo na bo, barategekanirijwe ku musi w’izuka ibihano bikaze.
[6] Nko gushobozwa mu bikorwa no kugwirizwa indishi, n’ibindi.
Les exégèses en arabe:
 
Traduction des sens Verset: (26) Sourate: ACH-CHOURÂ
Lexique des sourates Numéro de la page
 
Traduction des sens du Noble Coran - الترجمة الكيروندية - Lexique des traductions

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

Fermeture