クルアーンの対訳 - الترجمة الكيروندية * - 対訳の目次

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

対訳 節: (100) 章: 信者章
لَعَلِّيٓ أَعۡمَلُ صَٰلِحٗا فِيمَا تَرَكۡتُۚ كَلَّآۚ إِنَّهَا كَلِمَةٌ هُوَ قَآئِلُهَاۖ وَمِن وَرَآئِهِم بَرۡزَخٌ إِلَىٰ يَوۡمِ يُبۡعَثُونَ
Kumbure hari n’aho nokwemera nkumvira Imana Allah mu gukora ibikorwa vyiza, mu vyo nirengagije gukora!”. Eka nateshwe ate aranguha! Ako ni akarimi gusa, ayo ni amajambo avuga atavuye ku mutima; hamwe yoramuka asubijwe kw’isi, nta nkeka ko yokora kandi ivyo yabujijwe. Abamaze gupfa rero, bazitiwe n’uruzitiro “Barzakhi[7]” rutuma badashobora kugaruka kw’isi gushika ku musi w’izuka.
[7] Umuntu uwo ari we wese amaze gupfa agasezera isi, aca azitirirwa mu kuzimu ku buryo adashobora kugaruka kandi mu buzima bwo kw’isi, maze akaguma muri “Barzakhiˮ mu kurindira isango ryo kuzuka, kugira aharurirwe yongere ahemberwe ivyo yakoze kw’isi.
アラビア語 クルアーン注釈:
 
対訳 節: (100) 章: 信者章
章名の目次 ページ番号
 
クルアーンの対訳 - الترجمة الكيروندية - 対訳の目次

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

閉じる