クルアーンの対訳 - الترجمة الكيروندية * - 対訳の目次

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

対訳 節: (152) 章: イムラ―ン家章
وَلَقَدۡ صَدَقَكُمُ ٱللَّهُ وَعۡدَهُۥٓ إِذۡ تَحُسُّونَهُم بِإِذۡنِهِۦۖ حَتَّىٰٓ إِذَا فَشِلۡتُمۡ وَتَنَٰزَعۡتُمۡ فِي ٱلۡأَمۡرِ وَعَصَيۡتُم مِّنۢ بَعۡدِ مَآ أَرَىٰكُم مَّا تُحِبُّونَۚ مِنكُم مَّن يُرِيدُ ٱلدُّنۡيَا وَمِنكُم مَّن يُرِيدُ ٱلۡأٓخِرَةَۚ ثُمَّ صَرَفَكُمۡ عَنۡهُمۡ لِيَبۡتَلِيَكُمۡۖ وَلَقَدۡ عَفَا عَنكُمۡۗ وَٱللَّهُ ذُو فَضۡلٍ عَلَى ٱلۡمُؤۡمِنِينَ
Ngendanyi z’Intumwa! Ni ukuri, Imana Allah Yarabashiriye mu ngiro isezerano Yabahaye ry’intsinzi, igihe mwica abagarariji ku rugamba rwa Uhudi ku burenganzira bwayo. Aho rero mucikiye intege mugacanamwo ku vyerekeye iyubahirizwa y’ingingo yuko ingabo zirasa imyampi zoguma mu bibanza vyazo, canke zoja kwegeranya iminyago hamwe n’abandi, gutyo muba murenze kw’itegeko ry’Intumwa yanyu ryo kuguma mu bibanza vyanyu uko vyoba kwose. Ivyo bikaba vyaratumye muneshwa inyuma y’aho Imana Allah Yari Imaze kubereka intsinzi mukunda, aho bikaba vyarabonetse ko muri mwebwe harimwo abashaka iminyago, n’uko harimwo abashaka indishi zo mu buzima bw’inyuma yo gupfa. Ni ho rero mu nyuma yo kuneshwa, Imana Allah Yabakebanura Ikabakurako umwansi kugira Ibagerageze, ni ukuri Imana Allah Yarumvise ukwigaya kwanyu, Iraheza Irabababarira, burya rero Imana Allah, ni Nyeningabirano ku bemeramana.
アラビア語 クルアーン注釈:
 
対訳 節: (152) 章: イムラ―ン家章
章名の目次 ページ番号
 
クルアーンの対訳 - الترجمة الكيروندية - 対訳の目次

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

閉じる