Check out the new design

クルアーンの対訳 - キルンディ語対訳 - Yusuf Ghayiti * - 対訳の目次

PDF XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

対訳 節: (29) 章: 悔悟章
قَٰتِلُواْ ٱلَّذِينَ لَا يُؤۡمِنُونَ بِٱللَّهِ وَلَا بِٱلۡيَوۡمِ ٱلۡأٓخِرِ وَلَا يُحَرِّمُونَ مَا حَرَّمَ ٱللَّهُ وَرَسُولُهُۥ وَلَا يَدِينُونَ دِينَ ٱلۡحَقِّ مِنَ ٱلَّذِينَ أُوتُواْ ٱلۡكِتَٰبَ حَتَّىٰ يُعۡطُواْ ٱلۡجِزۡيَةَ عَن يَدٖ وَهُمۡ صَٰغِرُونَ
Bislamu! Nimurwanye abagarariji mu bahawe Igitabu batemera Imana Allah, batemera n’umusi w’iherezo[3], batubahiriza amabwirizwa y’ivyaziririjwe n’Imana Allah hamwe n’Intumwa yayo, batanubaha ngo bubahirize n’amabwirizwa y’ubwislamu, gushika batanze ikori ku bwabo, baciye bugufi.
[3] Ntibemera izuka ry’ibiremwa n’impera bizoronka ku vyo vyakoze.
アラビア語 クルアーン注釈:
 
対訳 節: (29) 章: 悔悟章
章名の目次 ページ番号
 
クルアーンの対訳 - キルンディ語対訳 - Yusuf Ghayiti - 対訳の目次

ヨセフ・ガイティによる翻訳。The African Development Foundation teamによる発行。

閉じる