पवित्र कुरअानको अर्थको अनुवाद - الترجمة الكيروندية * - अनुवादहरूको सूची

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

अर्थको अनुवाद श्लोक: (134) सूरः: सूरतुन्निसा
مَّن كَانَ يُرِيدُ ثَوَابَ ٱلدُّنۡيَا فَعِندَ ٱللَّهِ ثَوَابُ ٱلدُّنۡيَا وَٱلۡأٓخِرَةِۚ وَكَانَ ٱللَّهُ سَمِيعَۢا بَصِيرٗا
Bantu! Muri mwebwe rero, uwushaka indishi yo mu buzima bwo kw’isi, maze akirengagiza indishi yo mu buzima bw’inyuma yo gupfa, namenye ko ku Mana Allah gusa ari ho hari indishi yo mu buzima bwo kw’isi n’iyo mu bw’inyuma yo gupfa, aheze rero ayisabe ivyiza vyo muri ubwo buzima bwompi. Burya Imana Allah Yamye ari Nyenukwumva, Irumva ibivugwa n’abaja bayo; Nyenukubona, Irabona neza ivyo bakora n’ivyo bazirikana, Izonabibahembera.
अरबी व्याख्याहरू:
 
अर्थको अनुवाद श्लोक: (134) सूरः: सूरतुन्निसा
अध्यायहरूको (सूरःहरूको) सूची رقم الصفحة
 
पवित्र कुरअानको अर्थको अनुवाद - الترجمة الكيروندية - अनुवादहरूको सूची

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

बन्द गर्नुस्