पवित्र कुरअानको अर्थको अनुवाद - الترجمة الكيروندية * - अनुवादहरूको सूची

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

अर्थको अनुवाद श्लोक: (21) सूरः: सूरतुश्शूरा
أَمۡ لَهُمۡ شُرَكَٰٓؤُاْ شَرَعُواْ لَهُم مِّنَ ٱلدِّينِ مَا لَمۡ يَأۡذَنۢ بِهِ ٱللَّهُۚ وَلَوۡلَا كَلِمَةُ ٱلۡفَصۡلِ لَقُضِيَ بَيۡنَهُمۡۗ وَإِنَّ ٱلظَّٰلِمِينَ لَهُمۡ عَذَابٌ أَلِيمٞ
Ahubwo rero, ababangikanyamana bafise abo babangikanije mu buhuvyi bwabo, babashingira amabwirizwa mw’idini mu buryo butarekuwe n’Imana Allah! Iyo rero Imana Allah Itaba Yaramaze gutanga isezerano ryo kutihutira guhana ababangikanyamana, mu kurindiriza ibihano vy’umwumwe wese mu buzima bw’inyuma yo gupfa, ni ukuri bari guhanwa bose bagahona bakagoka. Mu vy’ukuri abirenganya mu kugarariza, barategekanirijwe ibihano bibabaza ku musi w’izuka.
अरबी व्याख्याहरू:
 
अर्थको अनुवाद श्लोक: (21) सूरः: सूरतुश्शूरा
अध्यायहरूको (सूरःहरूको) सूची رقم الصفحة
 
पवित्र कुरअानको अर्थको अनुवाद - الترجمة الكيروندية - अनुवादहरूको सूची

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

बन्द गर्नुस्